Episode 2. Urubanza rwa Rafaeli Lomoro, yasize abana umunani🔥🔥

Nov 7, 2021 · 56m 21s
Episode 2. Urubanza rwa Rafaeli Lomoro, yasize abana umunani🔥🔥
Description

Muri episode y’uyu musi tuza kwumviriza urubanza rwumugabo yitwa Rafaeli Lomoro. Uyu Rafaeli yaba mu Bufaransa, yakoze ubuzi bwinshi mu buzima bwiwe gushika umusi umwe aho akazi kiwe kahagaze. Mu...

show more
Muri episode y’uyu musi tuza kwumviriza urubanza rwumugabo yitwa Rafaeli Lomoro. Uyu Rafaeli yaba mu Bufaransa, yakoze ubuzi bwinshi mu buzima bwiwe gushika umusi umwe aho akazi kiwe kahagaze. Mu mahera bamutekereye yaciye afata ingigo yo gucuruza vanille, akayirimisha muri Madagascar, akayishora mu bihugu bitandukanye. Mu mwaka w’i2006, yarabuzwe irengero ryiwe, aranyika, umuryango wiwe nta nkuru nimwe warufise. Inyamiramabi zatanguye kwiyumvira ko yoba yiciwe muri Madagascar kubera urudandazwa rwiwe yakora, ariko uku amatohoza yagenda arigira imbere, niko inyamiramabi zabona ko abicanyi ataho batari ashobora kuba yagitiye ingorane mu Bufaransa.
show less
Information
Author William Guillaume Muringa
Website -
Tags
-

Looks like you don't have any active episode

Browse Spreaker Catalogue to discover great new content

Current

Podcast Cover

Looks like you don't have any episodes in your queue

Browse Spreaker Catalogue to discover great new content

Next Up

Episode Cover Episode Cover

It's so quiet here...

Time to discover new episodes!

Discover
Your Library
Search