Ivyo Nabageze Vyose 58. Gira amaso abona ivyo abandi batabona; ibiri inyuma y'umusozi. Akarorero ka Aburahamu
May 31, 2023 ·
16m 38s
![Ivyo Nabageze Vyose 58. Gira amaso abona ivyo abandi batabona; ibiri inyuma y'umusozi. Akarorero ka Aburahamu](https://d3wo5wojvuv7l.cloudfront.net/t_square_limited_480/images.spreaker.com/original/a1879ae609308df03caba8728f05bf78.jpg)
Download and listen anywhere
Download your favorite episodes and enjoy them, wherever you are! Sign up or log in now to access offline listening.
Description
Iyo umunyu yicishije bugufi, iyo yiyoroheje, iyo atekereje, aba ari ikimenyetso cerekana ko abona ibiri inyuma y'umusozi, ivyo abandi batashoboye kubona. Aburahamu atubere akarorero. Yaretse umuhungwabo Loti ngo abanze atore...
show more
Iyo umunyu yicishije bugufi, iyo yiyoroheje, iyo atekereje, aba ari ikimenyetso cerekana ko abona ibiri inyuma y'umusozi, ivyo abandi batashoboye kubona. Aburahamu atubere akarorero. Yaretse umuhungwabo Loti ngo abanze atore aho ashaka kuja kuba. Aburahamu atora mu nyuma ahaboneka ko hatari heza. Ariko aho nyene niho Imana yaciye iza iramwiyerekera, niho yaronkeye umugisha.
show less
Information
Author | John Niyondiko |
Website | - |
Tags |
Copyright 2024 - Spreaker Inc. an iHeartMedia Company